Arabic with tafsir
Listen to Surah Al-Fil (851 reciters)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
أَلَمۡ تَرَ كَيۡفَ فَعَلَ رَبُّكَ بِأَصۡحَٰبِ ٱلۡفِيلِ ١Mbega ntubona ingene Umuremyi wawe yagize abantu bari bafise inzovu أَلَمۡ يَجۡعَلۡ كَيۡدَهُمۡ فِي تَضۡلِيلٍ ٢Mbega ntiyagize ingeso zabo zononekara وَأَرۡسَلَ عَلَيۡهِمۡ طَيۡرًا أَبَابِيلَ ٣Abarungikira inyoni imirwi n’iyindi تَرۡمِيهِم بِحِجَارَةٍ مِّن سِجِّيلٍ ٤Zibatera iminana y’ivyondo vyokeje فَجَعَلَهُمۡ كَعَصۡفٍ مَّأۡكُولِۭ ٥Zibagira nk’ivyatsi vyariwe
Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.