Millat al-Islam

Chapter 109 · 6 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Kafirun in Rundi

Arabic with tafsir Listen to Surah Al-Kafirun (773 reciters)

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

قُلۡ يَٰٓأَيُّهَا ٱلۡكَٰفِرُونَ ١Vuga uti:- mwebwe bahakanyi b’Imana y’ukuri لَآ أَعۡبُدُ مَا تَعۡبُدُونَ ٢Jewe si nsenga ivyo musenga وَلَآ أَنتُمۡ عَٰبِدُونَ مَآ أَعۡبُدُ ٣Na mwebwe ntimusenga uwo nsenga وَلَآ أَنَا۠ عَابِدٌ مَّا عَبَدتُّمۡ ٤Kandi sinzo senga ico musenga وَلَآ أَنتُمۡ عَٰبِدُونَ مَآ أَعۡبُدُ ٥Namwe ntimuzo senga uwo nsenga لَكُمۡ دِينُكُمۡ وَلِيَ دِينِ ٦Mwebwe mufise idini ryanyu, nanje mfise idini ryanje

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.