Millat al-Islam

Chapter 107 · 7 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Ma'un in Rundi

Arabic with tafsir Listen to Surah Al-Ma'un (826 reciters)

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

أَرَءَيۡتَ ٱلَّذِي يُكَذِّبُ بِٱلدِّينِ ١Mbega wamubonye umwe ahakana idini ry’Imana فَذَٰلِكَ ٱلَّذِي يَدُعُّ ٱلۡيَتِيمَ ٢Uyo n’umwe asunika impfuvyi وَلَا يَحُضُّ عَلَىٰ طَعَامِ ٱلۡمِسۡكِينِ ٣Kandi ntiyitaho kugaburira aboro فَوَيۡلٌ لِّلۡمُصَلِّينَ ٤Rero ibihano bikaze cane bizoba shikira abantu basenga ٱلَّذِينَ هُمۡ عَن صَلَاتِهِمۡ سَاهُونَ ٥Batitaho kumategeko y’amasengesho yabo ٱلَّذِينَ هُمۡ يُرَآءُونَ ٦Abagira ivyo bikorwa vyabo kugira ngo biyereka kubantu gusa وَيَمۡنَعُونَ ٱلۡمَاعُونَ ٧Nabo n’abima imfashanyo zabo kubazikeneye

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.