بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
وَٱلنَّٰزِعَٰتِ غَرۡقًا ١Ndarahiye kuri ba bamarayika bakwega n’inguvu imitima y’abantu babi وَٱلنَّٰشِطَٰتِ نَشۡطًا ٢No kuri barya bakura imitima y’abantu beranda n’ubwitonzi ntangere وَٱلسَّٰبِحَٰتِ سَبۡحًا ٣No kuri barya bogana niyo mitima bayitwara ningoga na ningoga فَٱلسَّٰبِقَٰتِ سَبۡقًا ٤N’ukuyi shikana n’ingoga na n’ingoga iyo bayishikana فَٱلۡمُدَبِّرَٰتِ أَمۡرًا ٥N’ukuzigirira ibikenewe kuriyo يَوۡمَ تَرۡجُفُ ٱلرَّاجِفَةُ ٦Umusi izovuzwa inzamba yambere ikazojugumiza ibintu vyose تَتۡبَعُهَا ٱلرَّادِفَةُ ٧Hanyuma hakurikire inzamba igira kabiri قُلُوبٌ يَوۡمَئِذٍ وَاجِفَةٌ ٨Kuri uwo musi imitima y’abantu izo diha diha kubera ubwoba أَبۡصَٰرُهَا خَٰشِعَةٌ ٩Amaso yayo azoba yunamye hasi يَقُولُونَ أَءِنَّا لَمَرۡدُودُونَ فِي ٱلۡحَافِرَةِ ١٠Abahakanyi b’Imana y’ukuri bazo vuga bati:- mbega ni vy’ukuri twebwe tuzosubizwa nk’uko twari tumeze aho hambere أَءِذَا كُنَّا عِظَٰمًا نَّخِرَةً ١١Naho twoba turi amagufa masa yamaze kuribwa hagati yayo قَالُواْ تِلۡكَ إِذًا كَرَّةٌ خَاسِرَةٌ ١٢Bazo vuga nkaba tyoza aya majambo bati:- ingaruka y’ibi vyose n’uruhombo kuri twebwe فَإِنَّمَا هِيَ زَجۡرَةٌ وَٰحِدَةٌ ١٣Mu vy’ukuri uwo musi w’imperuka uzobaho hakubiswe akaruru kamwe gusa فَإِذَا هُم بِٱلسَّاهِرَةِ ١٤Mu mwanya abantu bose bazoba bari kw’Isi nshasha هَلۡ أَتَىٰكَ حَدِيثُ مُوسَىٰٓ ١٥Mbega uramaze gushikirwa n’inkuru y’intumwa y’Imana Mussa (iii) إِذۡ نَادَىٰهُ رَبُّهُۥ بِٱلۡوَادِ ٱلۡمُقَدَّسِ طُوًى ١٦Mugihe Umuremyi wiwe yamuhamagarira mu mwaba mutagatifu witiriwe Twuwa ٱذۡهَبۡ إِلَىٰ فِرۡعَوۡنَ إِنَّهُۥ طَغَىٰ ١٧Imubwira iti:- n’ugende kwa Fir’auni, mu vy’ukuri niwe yimonogoje n’ubwishime bwiwe فَقُلۡ هَل لَّكَ إِلَىٰٓ أَن تَزَكَّىٰ ١٨Umubwire uti:- mbega wewe ugomba kwisukura وَأَهۡدِيَكَ إِلَىٰ رَبِّكَ فَتَخۡشَىٰ ١٩Nanje nzokurongora ku Muremyi wawe kugira ngo uyi gamburukire فَأَرَىٰهُ ٱلۡأٓيَةَ ٱلۡكُبۡرَىٰ ٢٠Rero yaramweretse ibimenyetso bikuru bikuru فَكَذَّبَ وَعَصَىٰ ٢١Mugabo kuri ivyo vyose yarabi hakanye ariyonkora ثُمَّ أَدۡبَرَ يَسۡعَىٰ ٢٢Mu nyuma yarasubiye inyuma atangura kwihangana kugira ngo azitire abantu ntibakurikire intumwa y’Imana Mussa (iii) فَحَشَرَ فَنَادَىٰ ٢٣Yarakoranije abantu abahamagara فَقَالَ أَنَا۠ رَبُّكُمُ ٱلۡأَعۡلَىٰ ٢٤Avuga ati :- ni jewe Muremyi wanyu mukuru فَأَخَذَهُ ٱللَّهُ نَكَالَ ٱلۡأٓخِرَةِ وَٱلۡأُولَىٰٓ ٢٥Aho niho Imana yamufata mukuboko kwiwe mukuriha kumvugo yiwe ya nyuma hamwe n’imvugo yiwe yambere إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَعِبۡرَةً لِّمَن يَخۡشَىٰٓ ٢٦Mu vy’ukuri muri ibi vyose harimwo utuzwa kuri bamwe batinya Imana yabo y’ukuri ءَأَنتُمۡ أَشَدُّ خَلۡقًا أَمِ ٱلسَّمَآءُۚ بَنَىٰهَا ٢٧Mbega ni mwebwe mufise iremwa rikomeye gusumba, canke Amajuru ? Niyo yayubatse رَفَعَ سَمۡكَهَا فَسَوَّىٰهَا ٢٨Irerura ayo Majuru kubungane bwayo n’ukuzigira neza وَأَغۡطَشَ لَيۡلَهَا وَأَخۡرَجَ ضُحَىٰهَا ٢٩N’ugushiramwo umwijima w’Ijoro ryawo, n’uguserura Umutaga wayo وَٱلۡأَرۡضَ بَعۡدَ ذَٰلِكَ دَحَىٰهَآ ٣٠Munyuma yaho Isi arayisasa أَخۡرَجَ مِنۡهَا مَآءَهَا وَمَرۡعَىٰهَا ٣١Ayikuramwo amazi yayo, hamwe n’amarisho yayo وَٱلۡجِبَالَ أَرۡسَىٰهَا ٣٢N’Imisozi yose arayi hagarika مَتَٰعًا لَّكُمۡ وَلِأَنۡعَٰمِكُمۡ ٣٣Kugira ngo ibanezereze mwebwe bantu hamwe n’ibikoko vyanyu vyose فَإِذَا جَآءَتِ ٱلطَّآمَّةُ ٱلۡكُبۡرَىٰ ٣٤Mugihe hazoshika uwo musi uhambaye يَوۡمَ يَتَذَكَّرُ ٱلۡإِنسَٰنُ مَا سَعَىٰ ٣٥Umusi umuntu azokwibuka ivyo yagize vyose وَبُرِّزَتِ ٱلۡجَحِيمُ لِمَن يَرَىٰ ٣٦N’umuriro ukaze cane uzo kwerekanwa k’umuntu uwariwe wese awubona فَأَمَّا مَن طَغَىٰ ٣٧Nayo wamwononyi وَءَاثَرَ ٱلۡحَيَوٰةَ ٱلدُّنۡيَا ٣٨Yakunda cane ubuzima bwo ngaha kw’Isi فَإِنَّ ٱلۡجَحِيمَ هِيَ ٱلۡمَأۡوَىٰ ٣٩Mu vy’ukuri umuriro udahera witiriwe Jahannamu niho hazoba hari ubwicaro bwiwe وَأَمَّا مَنۡ خَافَ مَقَامَ رَبِّهِۦ وَنَهَى ٱلنَّفۡسَ عَنِ ٱلۡهَوَىٰ ٤٠Nayo umwe yatinya guhagarikwa imbere y’Umuremyi wiwe n’ukubuza umutima wiwe n’amatamariro y’ibintu bibi فَإِنَّ ٱلۡجَنَّةَ هِيَ ٱلۡمَأۡوَىٰ ٤١Rero mw’Ijuru niho hazoba ubwicaro bwiwe يَسۡـَٔلُونَكَ عَنِ ٱلسَّاعَةِ أَيَّانَ مُرۡسَىٰهَا ٤٢Barakubaza umusi w’umuhero w’Isi n’ukuboneka kwawo kuzoba ryari فِيمَ أَنتَ مِن ذِكۡرَىٰهَآ ٤٣Kuri hehe kugira ngo dushobore kuwuvuga إِلَىٰ رَبِّكَ مُنتَهَىٰهَآ ٤٤Inyuma y’ubumenyi bwayo bwose buri ku Muremyi wawe إِنَّمَآ أَنتَ مُنذِرُ مَن يَخۡشَىٰهَا ٤٥Wewe uri mubatuza abantu gusa k’uwutinya uwo musi w’imperuka كَأَنَّهُمۡ يَوۡمَ يَرَوۡنَهَا لَمۡ يَلۡبَثُوٓاْ إِلَّا عَشِيَّةً أَوۡ ضُحَىٰهَا ٤٦Umusi bazowubona bazoba nk’abaticaye ng’aha kw’Isi atari umugoroba umwe wonyene gusa canke umutaga wawo gusa