Millat al-Islam

Chapter 91 · 15 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Ash-Shams in Rundi

Arabic with tafsir Listen to Surah Ash-Shams (1346 reciters)
Meccanسورة الشمس15 verses

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

وَٱلشَّمۡسِ وَضُحَىٰهَا ١Ndarahiye kw’Izuba no kumishwarara yaryo وَٱلۡقَمَرِ إِذَا تَلَىٰهَا ٢No k’Ukwezi kugu kurikira وَٱلنَّهَارِ إِذَا جَلَّىٰهَا ٣No k’Umutaga uku boneshereza وَٱلَّيۡلِ إِذَا يَغۡشَىٰهَا ٤No kw’Ijoro mugihe kuripfuse وَٱلسَّمَآءِ وَمَا بَنَىٰهَا ٥No ku Majuru hamwe n’uwayubatse وَٱلۡأَرۡضِ وَمَا طَحَىٰهَا ٦No kw’Isi hamwe n’uwayishashe وَنَفۡسٍ وَمَا سَوَّىٰهَا ٧No k’umutima hamwe n’uwawuringanije فَأَلۡهَمَهَا فُجُورَهَا وَتَقۡوَىٰهَا ٨Hanyuma arawubwira amabi y’awo n’ivyiza vyawo قَدۡ أَفۡلَحَ مَن زَكَّىٰهَا ٩Ntankeka arafise intsinzi uwasukuye umutima wiwe وَقَدۡ خَابَ مَن دَسَّىٰهَا ١٠Kandi ntankeka yarahomvye uwa cinyije umutima wiwe كَذَّبَتۡ ثَمُودُ بِطَغۡوَىٰهَآ ١١Ba Thamuda barahakanye Umuremyi wabo kubera ukuzimira kwabo إِذِ ٱنۢبَعَثَ أَشۡقَىٰهَا ١٢Mugihe yahagarara umwe mubabisha babo mukuru فَقَالَ لَهُمۡ رَسُولُ ٱللَّهِ نَاقَةَ ٱللَّهِ وَسُقۡيَٰهَا ١٣Aho niho intumwa y’Imana yababwira iti:- iyi n’Ingamiya y’Imana ni muyireke hamwe n’ibinyobwa vyayo فَكَذَّبُوهُ فَعَقَرُوهَا فَدَمۡدَمَ عَلَيۡهِمۡ رَبُّهُم بِذَنۢبِهِمۡ فَسَوَّىٰهَا ١٤Mugabo barayihakanye iyo ntumwa y’Imana barayica, kuri ivyo rero Umuremyi wabo aca arabahonya kubera ibicumuro vyabo nukuba hanagura burundu وَلَا يَخَافُ عُقۡبَٰهَا ١٥Kandi ntibatinya ingaruka yavyo

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.