ملة الإسلام

السورة 100 · 11 آية · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

سورة العاديات باللغة الكيروندية

السورة بالعربية مع التفسير استمع إلى سورة العاديات (1,283 قارئاً)
مكيةسورة العاديات١١ آية

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

وَٱلۡعَٰدِيَٰتِ ضَبۡحًا ١Ndarahiye kw’Ifarasi zigenda cane kandi zihema hema فَٱلۡمُورِيَٰتِ قَدۡحًا ٢Zigasohora umucanwa kumaguru yazo mugukubita amaguru yazo hasi فَٱلۡمُغِيرَٰتِ صُبۡحًا ٣Zigatera mugihe co mu gitondo فَأَثَرۡنَ بِهِۦ نَقۡعًا ٤Zigatumura inkungugu nyinshi muri ico gihe nyene فَوَسَطۡنَ بِهِۦ جَمۡعًا ٥Zikinjira mumirwi y’abansi kurwana إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لِرَبِّهِۦ لَكَنُودٌ ٦Ntankeka umuntu arahakana Umuremyi wiwe وَإِنَّهُۥ عَلَىٰ ذَٰلِكَ لَشَهِيدٌ ٧Nawe azi ibi vyose وَإِنَّهُۥ لِحُبِّ ٱلۡخَيۡرِ لَشَدِيدٌ ٨Akaba afise urukundo runiniya cane rw’ugukunda amatungo ۞ أَفَلَا يَعۡلَمُ إِذَا بُعۡثِرَ مَا فِي ٱلۡقُبُورِ ٩Mbega ntazi yuko igihe bazozurwa abari muntatemwa zabo وَحُصِّلَ مَا فِي ٱلصُّدُورِ ١٠Mugihe hazoserurwa ibiri mubikiriza vyabo إِنَّ رَبَّهُم بِهِمۡ يَوۡمَئِذٍ لَّخَبِيرُۢ ١١Yuko Umuremyi wabo azobamenya neza cane kuri uwo musi ibiremwa vyiwe vyose

الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.