السورة بالعربية مع التفسير
استمع إلى سورة العصر (1,282 قارئاً)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
وَٱلۡعَصۡرِ ١Ndarahiye k’umwanya w’umuhingamo إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لَفِي خُسۡرٍ ٢Yuko umuntu ari m’uruhombo إِلَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلۡحَقِّ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلصَّبۡرِ ٣Dukuyemwo abemeye Imana yabo y’ukuri, n’ukugira ibikorwa vyiza, n’uguhanurana mugukurikiza
ukuri,
n’uguhanurana mugufatana munda
n’ukwihangana
الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.