السورة بالعربية مع التفسير
استمع إلى سورة الكوثر (823 قارئاً)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
إِنَّآ أَعۡطَيۡنَٰكَ ٱلۡكَوۡثَرَ ١Mu vy’ukuri twaguhaye imigisha myinshi cane فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَٱنۡحَرۡ ٢Rero n’usenge kubera Umuremyi wawe, kandi ubage kubera Umuremyi wawe إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ ٱلۡأَبۡتَرُ ٣Mu vy’ukuri umwansi wawe niwe azoba imfuvyi
الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.