بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
وَٱلَّيۡلِ إِذَا يَغۡشَىٰ ١Ndarahiye kw’Ijoro ripfuka ibintu vyose وَٱلنَّهَارِ إِذَا تَجَلَّىٰ ٢No k’Umutaga utanga umuco wayo وَمَا خَلَقَ ٱلذَّكَرَ وَٱلۡأُنثَىٰٓ ٣No kuwaremye ikigabo n’ikigore إِنَّ سَعۡيَكُمۡ لَشَتَّىٰ ٤Yuko ibikorwa vyanyu bitandukanye فَأَمَّا مَنۡ أَعۡطَىٰ وَٱتَّقَىٰ ٥Umwe atanga nugutinya Imana yiwe وَصَدَّقَ بِٱلۡحُسۡنَىٰ ٦N’ukwemera ijambo ryiza فَسَنُيَسِّرُهُۥ لِلۡيُسۡرَىٰ ٧Tuzo mworohereza inzira yukuja mw’ijuru وَأَمَّا مَنۢ بَخِلَ وَٱسۡتَغۡنَىٰ ٨N’uwigira ingumyi ntiyiteho kubindi biremwa nkawe وَكَذَّبَ بِٱلۡحُسۡنَىٰ ٩N’uguhakana ibintu vyiza فَسَنُيَسِّرُهُۥ لِلۡعُسۡرَىٰ ١٠Tuzo mworohereza inzira y’ukuja muriro udahera وَمَا يُغۡنِي عَنۡهُ مَالُهُۥٓ إِذَا تَرَدَّىٰٓ ١١N’amatungo yiwe ntaco azomumarira mugihe azoba ariko aranyikira mu muriro udahera إِنَّ عَلَيۡنَا لَلۡهُدَىٰ ١٢Mu vy’ukuri nikuri twebwe kuba menyesha ibiremwa vyose inzira nziza hamwe n’inzira y’ishari وَإِنَّ لَنَا لَلۡأٓخِرَةَ وَٱلۡأُولَىٰ ١٣Mu vy’ukuri twebwe turafise Ijuru n’Isi فَأَنذَرۡتُكُمۡ نَارًا تَلَظَّىٰ ١٤Rero nimugabe n’umuriro udahera waka n’inguvu nyinshi cane لَا يَصۡلَىٰهَآ إِلَّا ٱلۡأَشۡقَى ١٥Ntawuzo winjira mwo atari umuntu mubi ٱلَّذِي كَذَّبَ وَتَوَلَّىٰ ١٦Ariwe ahakana n’ukuyiha umugongo iyi dini y’ukuri وَسَيُجَنَّبُهَا ٱلۡأَتۡقَى ١٧Nuwu gamburukira Imana yiwe y’ukuri azokingirwa nuwo muriro udahera ٱلَّذِي يُؤۡتِي مَالَهُۥ يَتَزَكَّىٰ ١٨Uwutanga amatungo yiwe kugira ngo yisukure وَمَا لِأَحَدٍ عِندَهُۥ مِن نِّعۡمَةٍ تُجۡزَىٰٓ ١٩Mugihe ata n’umwe yamugiriye ineza kugira ngo abe aramuriha iyo neza إِلَّا ٱبۡتِغَآءَ وَجۡهِ رَبِّهِ ٱلۡأَعۡلَىٰ ٢٠Atari ukurondera impuhwe z’Umuremyi wiwe mutagatifu وَلَسَوۡفَ يَرۡضَىٰ ٢١Rero azoronka ikizo muhumuriza