بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
قٓۚ وَٱلۡقُرۡءَانِ ٱلۡمَجِيدِ ١Qaaf. (Insiguro y’iyi ndome hamwe n’uwufise ubumenyi bwayo n’Imana yonyene gusa). Ndarahiye kuri iyi Qur’aani ntagatifu بَلۡ عَجِبُوٓاْ أَن جَآءَهُم مُّنذِرٌ مِّنۡهُمۡ فَقَالَ ٱلۡكَٰفِرُونَ هَٰذَا شَيۡءٌ عَجِيبٌ ٢Ahubwo baratangara yuko mwashikiwe n’uwutuza avuye muribo, nabo abahakanyi b’Imana y’ukuri baca bavuga bati:- iri n’ijambo vy’igitangaza أَءِذَا مِتۡنَا وَكُنَّا تُرَابًاۖ ذَٰلِكَ رَجۡعُۢ بَعِيدٌ ٣Yuko mugihe tuzopfa n’ukuba ivu, ingaruka y’ivyo vyose niya kure cane قَدۡ عَلِمۡنَا مَا تَنقُصُ ٱلۡأَرۡضُ مِنۡهُمۡۖ وَعِندَنَا كِتَٰبٌ حَفِيظُۢ ٤Mu vy’ukuri twebwe turazi neza urugero rw’ibintu bigabanywa n’Isi hamwe n’ibiri mumibiri y’abo, n’iwacu niho hari igitabu kibitswe mwo ibintu vyose بَلۡ كَذَّبُواْ بِٱلۡحَقِّ لَمَّا جَآءَهُمۡ فَهُمۡ فِيٓ أَمۡرٍ مَّرِيجٍ ٥Mugabo barahakanye ukuri kwama mugihe kwabashikira nabo bari mu bintu vy’imvururu kuribo أَفَلَمۡ يَنظُرُوٓاْ إِلَى ٱلسَّمَآءِ فَوۡقَهُمۡ كَيۡفَ بَنَيۡنَٰهَا وَزَيَّنَّٰهَا وَمَا لَهَا مِن فُرُوجٍ ٦Mbega ntibabona Amajuru ari hejuru yabo mbega twayubatse gute n’uku yashariza kandi adafise imigaga وَٱلۡأَرۡضَ مَدَدۡنَٰهَا وَأَلۡقَيۡنَا فِيهَا رَوَٰسِيَ وَأَنۢبَتۡنَا فِيهَا مِن كُلِّ زَوۡجِۭ بَهِيجٍ ٧N’Isi twarayishashe ko n’ukuyishira ko imisozi n’ukuyinagisha ko ibiterwa vyiza vy’ubwoko bwose تَبۡصِرَةً وَذِكۡرَىٰ لِكُلِّ عَبۡدٍ مُّنِيبٍ ٨Ni nugurura amaso n’icibutso c’umuntu uwariwe wese azoba yatumbereye وَنَزَّلۡنَا مِنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءً مُّبَٰرَكًا فَأَنۢبَتۡنَا بِهِۦ جَنَّٰتٍ وَحَبَّ ٱلۡحَصِيدِ ٩Twaramanuye amazi avuye mubicu ahezagiwe no kuriyo tunagisha imirima n’ibitegwa mbumba rugo وَٱلنَّخۡلَ بَاسِقَٰتٍ لَّهَا طَلۡعٌ نَّضِيدٌ ١٠N’ibiti vy’imitende birebire biriko n’ivyamwa vyujuje kandi bigere keranye bimwe kubindi رِّزۡقًا لِّلۡعِبَادِۖ وَأَحۡيَيۡنَا بِهِۦ بَلۡدَةً مَّيۡتًاۚ كَذَٰلِكَ ٱلۡخُرُوجُ ١١Kugira ngo bibe ibifungurwa vy’abantu n’ukuzura ibisagara vyari vyarapfuye, uko rero niko kuzoba ukuzurwa kw’abantu bose كَذَّبَتۡ قَبۡلَهُمۡ قَوۡمُ نُوحٍ وَأَصۡحَٰبُ ٱلرَّسِّ وَثَمُودُ ١٢Barahakanye abaho hambere yabo mu bantu bo kuntumwa y’Imana Nuhu (iii) hamwe n’abahora baba kwa Rassi na Thamudu وَعَادٌ وَفِرۡعَوۡنُ وَإِخۡوَٰنُ لُوطٍ ١٣N’abo kwa Aadi na Fir’auni hamwe n’abo kwa Lutwi وَأَصۡحَٰبُ ٱلۡأَيۡكَةِ وَقَوۡمُ تُبَّعٍۚ كُلٌّ كَذَّبَ ٱلرُّسُلَ فَحَقَّ وَعِيدِ ١٤N’ababa muma shamba nabo kwa Tubba’a abo bose barahakanye intumwa z’Imana, kuri ivyo rero ituza ryanje ryaraba shikiye أَفَعَيِينَا بِٱلۡخَلۡقِ ٱلۡأَوَّلِۚ بَلۡ هُمۡ فِي لَبۡسٍ مِّنۡ خَلۡقٍ جَدِيدٍ ١٥Mbega twararushe mu kurema kwacu kwambere, rero bari n’amakenga gusa kw’irema ryacu rishasha وَلَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ وَنَعۡلَمُ مَا تُوَسۡوِسُ بِهِۦ نَفۡسُهُۥۖ وَنَحۡنُ أَقۡرَبُ إِلَيۡهِ مِنۡ حَبۡلِ ٱلۡوَرِيدِ ١٦Ntankeka twaremye ikiremwa muntu natwe tuzi neza ibica k’umutima wiwe, natwe turi hafi cane yiwe gusumba umutsi w’izosi ryiwe إِذۡ يَتَلَقَّى ٱلۡمُتَلَقِّيَانِ عَنِ ٱلۡيَمِينِ وَعَنِ ٱلشِّمَالِ قَعِيدٌ ١٧Mugihe bakiriye abakira uko ari babiri, uwuri k’uruhande rw’iburyo n’uwuri kuruhande rw’ibubanfu مَّا يَلۡفِظُ مِن قَوۡلٍ إِلَّا لَدَيۡهِ رَقِيبٌ عَتِيدٌ ١٨Ntawuvuga ijambo iryariryo ryose atari uko hafi yiwe hari uwurindiriye kwandika gusa وَجَآءَتۡ سَكۡرَةُ ٱلۡمَوۡتِ بِٱلۡحَقِّۖ ذَٰلِكَ مَا كُنتَ مِنۡهُ تَحِيدُ ١٩N’ugukura umutima mugihe kuzomu shikira bimwe vy’ukuri, aho niho azobwirwa ati:- ibi n’ivyo bintu wahora uhunga وَنُفِخَ فِي ٱلصُّورِۚ ذَٰلِكَ يَوۡمُ ٱلۡوَعِيدِ ٢٠Hazovuzwa inzamba, uwo niwo musi w’imperuka وَجَآءَتۡ كُلُّ نَفۡسٍ مَّعَهَا سَآئِقٌ وَشَهِيدٌ ٢١Hazoshika umutima w’umwumwe wese hamwe n’uwuwu cungereye hamwe n’icabona ciwe لَّقَدۡ كُنتَ فِي غَفۡلَةٍ مِّنۡ هَٰذَا فَكَشَفۡنَا عَنكَ غِطَآءَكَ فَبَصَرُكَ ٱلۡيَوۡمَ حَدِيدٌ ٢٢Mu vy’ukuri wari warasamaye n’ibi bintu, rero turagukuriye ko uru ruzitiro rwawe, n’ukubona kwawe uno musi kubaye ugukaze cane وَقَالَ قَرِينُهُۥ هَٰذَا مَا لَدَيَّ عَتِيدٌ ٢٣Nawa mumarayika bari kumwe nawe azovuga ati:- ibi nivyo vyateguwe kuri jewe أَلۡقِيَا فِي جَهَنَّمَ كُلَّ كَفَّارٍ عَنِيدٍ ٢٤Nimu mujugunyire mumuriro udahera witiriwe Jahannamu k’umuhakanyi w’Imana yiyonkoye مَّنَّاعٍ لِّلۡخَيۡرِ مُعۡتَدٍ مُّرِيبٍ ٢٥Uwubuza kugira ineza n’ukurenga imbibe zagenywe n’Imana n’uwahora yitera amakenga kubw’iwe ٱلَّذِي جَعَلَ مَعَ ٱللَّهِ إِلَٰهًا ءَاخَرَ فَأَلۡقِيَاهُ فِي ٱلۡعَذَابِ ٱلشَّدِيدِ ٢٦Uwashizeho iyindi Mana hamwe n’Imana y’ukuri, uyo nimu mujugunyire mu bihano bikaze cane ۞ قَالَ قَرِينُهُۥ رَبَّنَا مَآ أَطۡغَيۡتُهُۥ وَلَٰكِن كَانَ فِي ضَلَٰلِۭ بَعِيدٍ ٢٧Mugenzi wiwe yavuze ati:- ewe Muremyi wacu, sina muzimije kugahato ahubwo niwe wenyene yari mubuzimire bwa kure cane قَالَ لَا تَخۡتَصِمُواْ لَدَيَّ وَقَدۡ قَدَّمۡتُ إِلَيۡكُم بِٱلۡوَعِيدِ ٢٨Imana izo vuga iti:- ntimugire amatati imbere yanje, kuko ndamaze gushira imbere igabisho ryanje مَا يُبَدَّلُ ٱلۡقَوۡلُ لَدَيَّ وَمَآ أَنَا۠ بِظَلَّٰمٍ لِّلۡعَبِيدِ ٢٩Ijambo ryanje ntirihindurwa, canke jewe simpemukira abantu banje يَوۡمَ نَقُولُ لِجَهَنَّمَ هَلِ ٱمۡتَلَأۡتِ وَتَقُولُ هَلۡ مِن مَّزِيدٍ ٣٠Umusi tuzobwira umuriro udahera witiriwe Jahannamu duti:- mbega wujuje? Nawo uzokwishura uti:- mbega hari abandi bongerezwa mwo وَأُزۡلِفَتِ ٱلۡجَنَّةُ لِلۡمُتَّقِينَ غَيۡرَ بَعِيدٍ ٣١N’Ijuru rizo kwegerezwa hafi kubantu batinya Imana yabo y’ukuri kandi ntirizoba kure y’abo هَٰذَا مَا تُوعَدُونَ لِكُلِّ أَوَّابٍ حَفِيظٍ ٣٢Ibi nivyo mwemerewe k’uwuzo tumbera ku Mana n’ukwirinda مَّنۡ خَشِيَ ٱلرَّحۡمَٰنَ بِٱلۡغَيۡبِ وَجَآءَ بِقَلۡبٍ مُّنِيبٍ ٣٣N’uwutinya Imana nyene impuhwe zihagije mugihe atayibona hanyuma akaza afise umutima utumbereye ku Mana yiwe ٱدۡخُلُوهَا بِسَلَٰمٍۖ ذَٰلِكَ يَوۡمُ ٱلۡخُلُودِ ٣٤Ni mwinjire mw’Ijuru n’amahoro, uwo niwo musi w’ukwicara yo mu buzima bwanyu bwose لَهُم مَّا يَشَآءُونَ فِيهَا وَلَدَيۡنَا مَزِيدٌ ٣٥Muri iryo Juru bazoronkera yo ivyo bipfuza mwo vyose, n’iwacu niho hariho vy’inshi gusumba ivyo وَكَمۡ أَهۡلَكۡنَا قَبۡلَهُم مِّن قَرۡنٍ هُمۡ أَشَدُّ مِنۡهُم بَطۡشًا فَنَقَّبُواْ فِي ٱلۡبِلَٰدِ هَلۡ مِن مَّحِيصٍ ٣٦N’abantu bangahe twahoneje imbere yabo bakaba bari bafise ubushobozi kubasumba, nabo baragenda gendeye mu bihugu vyinshi, mbega hariho ubuhungiro إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَذِكۡرَىٰ لِمَن كَانَ لَهُۥ قَلۡبٌ أَوۡ أَلۡقَى ٱلسَّمۡعَ وَهُوَ شَهِيدٌ ٣٧Mu vy’ukuri kuri rino jambo harimwo icibutso k’uwufise umutima canke k’uwutega amatwi yiwe kandi nawe abe ariho وَلَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ وَمَا بَيۡنَهُمَا فِي سِتَّةِ أَيَّامٍ وَمَا مَسَّنَا مِن لُّغُوبٍ ٣٨Twararemye Amajuru n’Isi hamwe n’ibiri hagati y’avyo mu myanya y’imisi itandatu, kandi ntaburuhe twaronse فَٱصۡبِرۡ عَلَىٰ مَا يَقُولُونَ وَسَبِّحۡ بِحَمۡدِ رَبِّكَ قَبۡلَ طُلُوعِ ٱلشَّمۡسِ وَقَبۡلَ ٱلۡغُرُوبِ ٣٩Rero niwigumye kuri ibi vyose bavuga, nawe uhayagize Umuremyi wawe n’ukuyihimbaza imbere yuko izuba riseruka n’imbere yuko bugoroba وَمِنَ ٱلَّيۡلِ فَسَبِّحۡهُ وَأَدۡبَٰرَ ٱلسُّجُودِ ٤٠No mw’Ijoro uyihayagize n’inyuma y’ugushira umutwe wawe hasi وَٱسۡتَمِعۡ يَوۡمَ يُنَادِ ٱلۡمُنَادِ مِن مَّكَانٍ قَرِيبٍ ٤١Kandi wumvirize umusi azo hamagara uwuhamagara avuye ahantu hafi cane يَوۡمَ يَسۡمَعُونَ ٱلصَّيۡحَةَ بِٱلۡحَقِّۚ ذَٰلِكَ يَوۡمُ ٱلۡخُرُوجِ ٤٢Umusi bazokwumva akamo k’ijwi ry’ukuri, uwo niwo musi w’ukuva muntatemwa zabo إِنَّا نَحۡنُ نُحۡيِۦ وَنُمِيتُ وَإِلَيۡنَا ٱلۡمَصِيرُ ٤٣Ntankeka twebwe turarema n’ukwica, n’ingaruka y’abantu iri iwacu يَوۡمَ تَشَقَّقُ ٱلۡأَرۡضُ عَنۡهُمۡ سِرَاعًاۚ ذَٰلِكَ حَشۡرٌ عَلَيۡنَا يَسِيرٌ ٤٤Igihe Isi izoba sadukira bayive mwo n’ingoga na n’ingoga, iryo rizoba ari ihwaniro ryoroshe cane kuri twebwe نَّحۡنُ أَعۡلَمُ بِمَا يَقُولُونَۖ وَمَآ أَنتَ عَلَيۡهِم بِجَبَّارٍۖ فَذَكِّرۡ بِٱلۡقُرۡءَانِ مَن يَخَافُ وَعِيدِ ٤٥Twebwe turafise ubumenyi bwinshi bw’ivyo bavuga, kandi wewe ntujejwe kuba hagarikira, ahubwo n’ubibutse ukoresheje iyi Qur’ani ntagatifu k’uwutinya ituza ryanje