السورة بالعربية مع التفسير
استمع إلى سورة قريش (849 قارئاً)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
لِإِيلَٰفِ قُرَيۡشٍ ١Kugira ngo aba Quraishi babandanye إِۦلَٰفِهِمۡ رِحۡلَةَ ٱلشِّتَآءِ وَٱلصَّيۡفِ ٢Babandanya n’ingendo zabo z’igihe c’imbeho n’igihe c’ubushuhe فَلۡيَعۡبُدُواْ رَبَّ هَٰذَا ٱلۡبَيۡتِ ٣Rero nibasenge nyene icubahiro ciyi nzu yitiriwe Al’kaabat ٱلَّذِيٓ أَطۡعَمَهُم مِّن جُوعٍ وَءَامَنَهُم مِّنۡ خَوۡفِۭ ٤Ariwe abarisha mugihe c’inzara, n’ukubaha amahoro mugihe c’ubwoba
الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.