Millat al-Islam

Chapter 87 · 19 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Ala in Rundi

Arabic with tafsir Listen to Surah Al-Ala (1421 reciters)
Meccanسورة الأعلى19 verses

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

سَبِّحِ ٱسۡمَ رَبِّكَ ٱلۡأَعۡلَى ١Ninahaza izina ry’Umuremyi wawe mutagatifu ٱلَّذِي خَلَقَ فَسَوَّىٰ ٢Uwaremye ibintu vyose nukubi ringaniza وَٱلَّذِي قَدَّرَ فَهَدَىٰ ٣Nukugerageza kimwe kukindi, nukukirongora وَٱلَّذِيٓ أَخۡرَجَ ٱلۡمَرۡعَىٰ ٤Niya nagishije ivyakatsi vyose فَجَعَلَهُۥ غُثَآءً أَحۡوَىٰ ٥Hanyuma nukuyigira ivyumye n’ibara ryirabura سَنُقۡرِئُكَ فَلَا تَنسَىٰٓ ٦Tuzo kwigisha kandi ntuzo kwibagira إِلَّا مَا شَآءَ ٱللَّهُۚ إِنَّهُۥ يَعۡلَمُ ٱلۡجَهۡرَ وَمَا يَخۡفَىٰ ٧Mugabo Imana ibishatse niyo ifise ubumenyi bw’ibiboneka hamwe nibita boneka وَنُيَسِّرُكَ لِلۡيُسۡرَىٰ ٨Natwe tuzo kworohereza idini ryoroshe فَذَكِّرۡ إِن نَّفَعَتِ ٱلذِّكۡرَىٰ ٩Rero nubashikirize ubwo butumwa nibwaba bushoboka سَيَذَّكَّرُ مَن يَخۡشَىٰ ١٠Ntankeka azokwibuka uwutinya Imana yiwe y’ukuri وَيَتَجَنَّبُهَا ٱلۡأَشۡقَى ١١Uwufise ibihano vyinshi azoba kure y’ubwo butumwa ٱلَّذِي يَصۡلَى ٱلنَّارَ ٱلۡكُبۡرَىٰ ١٢Uwuzo kwinjira mu muriro udahera muniniya cane ثُمَّ لَا يَمُوتُ فِيهَا وَلَا يَحۡيَىٰ ١٣Hanyuma muri uwo muriro udahera ntazopfa canke ntazoba muzima قَدۡ أَفۡلَحَ مَن تَزَكَّىٰ ١٤Mu vy’ukuri aramaze kuronka intsinzi uwisukuye n’amabi وَذَكَرَ ٱسۡمَ رَبِّهِۦ فَصَلَّىٰ ١٥Akibuka izina ry’Umuremyi wiwe n’ugusenga بَلۡ تُؤۡثِرُونَ ٱلۡحَيَوٰةَ ٱلدُّنۡيَا ١٦Mugabo mwebwe mukunda cane ubuzima bwo ngaha kw’Isi وَٱلۡأٓخِرَةُ خَيۡرٌ وَأَبۡقَىٰٓ ١٧Mugihe ubuzima bwo mw’ijuru aribwo bwiza gusumba kandi buramba إِنَّ هَٰذَا لَفِي ٱلصُّحُفِ ٱلۡأُولَىٰ ١٨Mu vy’ukuri ibi vyose, biri mu bitabu vy’akahise. hamwe n’intumwa y’Imana صُحُفِ إِبۡرَٰهِيمَ وَمُوسَىٰ ١٩Ibitabu vy’intumwa y’Imana Ibrahimu (iii) hamwe n’intumwa y’Imana Mussa (iii)

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.