بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
هَلۡ أَتَىٰكَ حَدِيثُ ٱلۡغَٰشِيَةِ ١Mbega warashikiwe n’inkuru y’ivyago bizopfuka ibiremwa vyose وُجُوهٌ يَوۡمَئِذٍ خَٰشِعَةٌ ٢Uwo musi amaso y’abantu azoba afise ibimaramare vyinshi cane عَامِلَةٌ نَّاصِبَةٌ ٣N’ukugira imirimo ikoma komeye cane iruhisha تَصۡلَىٰ نَارًا حَامِيَةً ٤Binjire mu muriro udahera waka cane تُسۡقَىٰ مِنۡ عَيۡنٍ ءَانِيَةٍ ٥Bazonyweshwa muri ayo mariba abira ukuri kwama لَّيۡسَ لَهُمۡ طَعَامٌ إِلَّا مِن ضَرِيعٍ ٦Ntabifungurwa bazoba bafise atari ibifungurwa vy’amahwa gusa لَّا يُسۡمِنُ وَلَا يُغۡنِي مِن جُوعٍ ٧Ntibivyibuhisha canke ngo bikure ikigoyi وُجُوهٌ يَوۡمَئِذٍ نَّاعِمَةٌ ٨Amaso y’abandi bantu kuri uwo musi w’imperuka azoba asayangana neza لِّسَعۡيِهَا رَاضِيَةٌ ٩Azoba yashimiwe kubera ibikorwa vyabo bagize فِي جَنَّةٍ عَالِيَةٍ ١٠Zizoba ziri mw’ijuru ry’iteka ntangere لَّا تَسۡمَعُ فِيهَا لَٰغِيَةً ١١Ntizizo kwumva muri ayo majuru ibidafise akamaro فِيهَا عَيۡنٌ جَارِيَةٌ ١٢Harimwo amariba y’amazi ashunguruka neza فِيهَا سُرُرٌ مَّرۡفُوعَةٌ ١٣Harimwo n’inyegamo z’iteka zitaramuwe hejuru وَأَكۡوَابٌ مَّوۡضُوعَةٌ ١٤N’ibirahuri bishinguwe neza وَنَمَارِقُ مَصۡفُوفَةٌ ١٥N’imisego itondeshejwe kumirongo n’iyindi وَزَرَابِيُّ مَبۡثُوثَةٌ ١٦N’ibirago bishashwe neza biteye igomwe أَفَلَا يَنظُرُونَ إِلَى ٱلۡإِبِلِ كَيۡفَ خُلِقَتۡ ١٧Mbega ntibitegereza igene Ingamiya yaremwe وَإِلَى ٱلسَّمَآءِ كَيۡفَ رُفِعَتۡ ١٨N’Amajuru ingene yareruwe وَإِلَى ٱلۡجِبَالِ كَيۡفَ نُصِبَتۡ ١٩N’Imisozi igene yatsimbatajwe وَإِلَى ٱلۡأَرۡضِ كَيۡفَ سُطِحَتۡ ٢٠N’Isi igene twayaguye فَذَكِّرۡ إِنَّمَآ أَنتَ مُذَكِّرٌ ٢١Rero niwibutse mu vy’ukuri wewe n’uwibutsa abantu gusa لَّسۡتَ عَلَيۡهِم بِمُصَيۡطِرٍ ٢٢Wewe suwo kubaca imvutu إِلَّا مَن تَوَلَّىٰ وَكَفَرَ ٢٣Mugabo uwusubiye inyuma n’uguhakana Umuremyi wiwe w’ukuri فَيُعَذِّبُهُ ٱللَّهُ ٱلۡعَذَابَ ٱلۡأَكۡبَرَ ٢٤Imana izo muhana ibihano bininiya cane إِنَّ إِلَيۡنَآ إِيَابَهُمۡ ٢٥Mu vy’ukuri ingaruka yabo niyizoba iwacu ثُمَّ إِنَّ عَلَيۡنَا حِسَابَهُم ٢٦Hanyuma ntankeka iharurwa ryabo riri hejuru yacu