Millat al-Islam

Chapter 103 · 3 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Al-Asr in Rundi

Arabic with tafsir Listen to Surah Al-Asr (1268 reciters)
Meccanسورة العصر3 verses

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

وَٱلۡعَصۡرِ ١Ndarahiye k’umwanya w’umuhingamo إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لَفِي خُسۡرٍ ٢Yuko umuntu ari m’uruhombo إِلَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلۡحَقِّ وَتَوَاصَوۡاْ بِٱلصَّبۡرِ ٣Dukuyemwo abemeye Imana yabo y’ukuri, n’ukugira ibikorwa vyiza, n’uguhanurana mugukurikiza ukuri, n’uguhanurana mugufatana munda n’ukwihangana

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.