Arabic with tafsir
Listen to Surah At-Takathur (1265 reciters)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
أَلۡهَىٰكُمُ ٱلتَّكَاثُرُ ١Mwasamaye mukurondera ubwinshi bw’amatungo menshi n’ibibondo hamwe n’ukwihayagiza kurivyo حَتَّىٰ زُرۡتُمُ ٱلۡمَقَابِرَ ٢Kugeza aho mugendera intatemwa z’abantu كـَلَّا سَوۡفَ تَعۡلَمُونَ ٣Suko! Ubu vuba muzo menya yuko atarivyo ثُمَّ كـَلَّا سَوۡفَ تَعۡلَمُونَ ٤Kandi suko! Ubu vuba muzo menya yuko atarivyo كـَلَّا لَوۡ تَعۡلَمُونَ عِلۡمَ ٱلۡيَقِينِ ٥Suko! Iyo mwoba mufise ubumenyi bw’ukuri لَتَرَوُنَّ ٱلۡجَحِيمَ ٦Mu vy’ukuri muzobona umuriro udahera ثُمَّ لَتَرَوُنَّهَا عَيۡنَ ٱلۡيَقِينِ ٧Hanyuma, mu vy’ukuri muzo wubona uwo muriro bimwe vy’ukuri ثُمَّ لَتُسۡـَٔلُنَّ يَوۡمَئِذٍ عَنِ ٱلنَّعِيمِ ٨Hanyuma, mu vy’ukuri muzo bazwa kuri uwo musi kubijanye n’imigisha mwahawe, n’ingene mwayikoresheje
Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.