بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
ٱلۡقَارِعَةُ ١Ivyago bikubita kumitima y’abantu ariwo muhero w’Isi مَا ٱلۡقَارِعَةُ ٢Ivyo vyago bikubita kumutima y’abantu n’ibihe وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا ٱلۡقَارِعَةُ ٣N’ijambo nyabaki rizo kumenyesha yuko ivyo vyago bikubita kumitima y’abantu nivyahe يَوۡمَ يَكُونُ ٱلنَّاسُ كَٱلۡفَرَاشِ ٱلۡمَبۡثُوثِ ٤N’umusi waho abantu bazoba nk’abana b’inzige bashwabagiye hose وَتَكُونُ ٱلۡجِبَالُ كَٱلۡعِهۡنِ ٱلۡمَنفُوشِ ٥N’imisozi izoba nk’isufi zasanzajwe zitumukira hejuru فَأَمَّا مَن ثَقُلَتۡ مَوَٰزِينُهُۥ ٦Rero uwo k’umunzani wiwe uzoba uremereye فَهُوَ فِي عِيشَةٍ رَّاضِيَةٍ ٧Uyo muntu azoba ari mubuzima bumubereye وَأَمَّا مَنۡ خَفَّتۡ مَوَٰزِينُهُۥ ٨Uwuzoba afise k’umunzani wiwe uhoya hoya فَأُمُّهُۥ هَاوِيَةٌ ٩Uyo muntu ubwicaro bwiwe buzoba ari ubwo mumuriro udahera witiriwe Hawiyat وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا هِيَهۡ ١٠None n’ijambo nyabaki rizo kumenyesha uwo muriro witiriwe Hawiyat نَارٌ حَامِيَةُۢ ١١N’umucanwa waka cane