Millat al-Islam

Chapter 99 · 8 verses · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

Surah Az-Zalzala in Rundi

Arabic with tafsir Listen to Surah Az-Zalzala (1306 reciters)

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

إِذَا زُلۡزِلَتِ ٱلۡأَرۡضُ زِلۡزَالَهَا ١Mugihe Isi izo nyiganzwa inyigangizo rininiya cane وَأَخۡرَجَتِ ٱلۡأَرۡضُ أَثۡقَالَهَا ٢N’igihe izosohora ibiyiremereye kuriyo vyose وَقَالَ ٱلۡإِنسَٰنُ مَا لَهَا ٣N’umuntu yaravuze ati:- mbega uno musi kuri iy’Isi hari iki يَوۡمَئِذٍ تُحَدِّثُ أَخۡبَارَهَا ٤Kuri uwo musi Isi izo sesangura inkuru zayo zose بِأَنَّ رَبَّكَ أَوۡحَىٰ لَهَا ٥Kuko Umuremyi wayo yayitegetse kugira gutyo يَوۡمَئِذٍ يَصۡدُرُ ٱلنَّاسُ أَشۡتَاتًا لِّيُرَوۡاْ أَعۡمَٰلَهُمۡ ٦Kuri uwo musi abantu bazova muntatemwa zabo bari imigwi n’iyindi, kugira ngo berekwe ibikorwa vyabo bagize فَمَن يَعۡمَلۡ مِثۡقَالَ ذَرَّةٍ خَيۡرًا يَرَهُۥ ٧Rero uwagize ivyiza naho vyoba bingana n’uburemere bw’akanyegeri azobona impembo yavyo وَمَن يَعۡمَلۡ مِثۡقَالَ ذَرَّةٍ شَرًّا يَرَهُۥ ٨N’uwagize amabi naho yoba angana n’uburemere bw’akanyegeri azobona impembo yavyo

Translation: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.