بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
إِنَّآ أَرۡسَلۡنَا نُوحًا إِلَىٰ قَوۡمِهِۦٓ أَنۡ أَنذِرۡ قَوۡمَكَ مِن قَبۡلِ أَن يَأۡتِيَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٌ ١Mu vy’ukuri twebwe twararungitse intumwa y’Imana Nuhu (iii) ku bantu biwe, yuko yobatuza imbere yuko bashikirwa n’ibihano bibabaza cane قَالَ يَٰقَوۡمِ إِنِّي لَكُمۡ نَذِيرٌ مُّبِينٌ ٢Nawe avuga ati:- emwe bantu banje, mu vy’ukuri jewe ndi uwutuza mboneka neza kuri mwebwe أَنِ ٱعۡبُدُواْ ٱللَّهَ وَٱتَّقُوهُ وَأَطِيعُونِ ٣Yuko mwosenga Imana yanyu y’ukuri, muyigamburukire kandi munyubahe يَغۡفِرۡ لَكُم مِّن ذُنُوبِكُمۡ وَيُؤَخِّرۡكُمۡ إِلَىٰٓ أَجَلٍ مُّسَمًّىۚ إِنَّ أَجَلَ ٱللَّهِ إِذَا جَآءَ لَا يُؤَخَّرُۚ لَوۡ كُنتُمۡ تَعۡلَمُونَ ٤Izoba girira ikigongwe kubicumuro vyanyu, kandi izoba tebereza kugeza k’umwanya wagenewe, mu vy’ukuri naho impanuka yoturuka ku Mana ntikingirwa nk’iyo mwobimenya قَالَ رَبِّ إِنِّي دَعَوۡتُ قَوۡمِي لَيۡلًا وَنَهَارًا ٥Intumwa y’Imana Nuhu (iii) yavuze iti:- ewe Muremyi wanje, mu vy’ukuri abantu banje jewe nabashikirije ubutumwa ijoro n’umutaga فَلَمۡ يَزِدۡهُمۡ دُعَآءِيٓ إِلَّا فِرَارًا ٦Mugabo ubutumwa bwanje nta nakimwe bwongereje atari uku mpunga gusa وَإِنِّي كُلَّمَا دَعَوۡتُهُمۡ لِتَغۡفِرَ لَهُمۡ جَعَلُوٓاْ أَصَٰبِعَهُمۡ فِيٓ ءَاذَانِهِمۡ وَٱسۡتَغۡشَوۡاْ ثِيَابَهُمۡ وَأَصَرُّواْ وَٱسۡتَكۡبَرُواْ ٱسۡتِكۡبَارًا ٧Nuko naba hamagara kugira ngo ubagirire ikigongwe, baca baziba amatwi yabo bakoresheje intoke zabo, n’ukwipfuka impuzu zabo hose, baca bongereza babandanya guhakana n’ukwishima kwinshi cane ثُمَّ إِنِّي دَعَوۡتُهُمۡ جِهَارًا ٨Kandi jewe naraba hamagaye k’umugaragaro ثُمَّ إِنِّيٓ أَعۡلَنتُ لَهُمۡ وَأَسۡرَرۡتُ لَهُمۡ إِسۡرَارًا ٩Hanyuma ndabatera akamo k’ijwi rirerire, kandi ndavugana nabo mu mwiherero فَقُلۡتُ ٱسۡتَغۡفِرُواْ رَبَّكُمۡ إِنَّهُۥ كَانَ غَفَّارًا ١٠Ndababwira nti:- ni musabe ikigongwe ku Muremyi wanyu, mu vy’ukuri niyo ifise ikigongwe cinshi gusumba يُرۡسِلِ ٱلسَّمَآءَ عَلَيۡكُم مِّدۡرَارًا ١١Izoba zanira ibicu bisesa gurika imvura nyinshi cane وَيُمۡدِدۡكُم بِأَمۡوَٰلٍ وَبَنِينَ وَيَجۡعَل لَّكُمۡ جَنَّٰتٍ وَيَجۡعَل لَّكُمۡ أَنۡهَٰرًا ١٢Kandi izobaha amatungo hamwe n’ibibondo, kandi izobaha n’imirima, kandi ibagirire n’inzuzi مَّا لَكُمۡ لَا تَرۡجُونَ لِلَّهِ وَقَارًا ١٣Mubaye gute, nta rupfasoni mugirira Imana وَقَدۡ خَلَقَكُمۡ أَطۡوَارًا ١٤Mugihe ariyo yabaremye muri ubu buryo n’ubundi أَلَمۡ تَرَوۡاْ كَيۡفَ خَلَقَ ٱللَّهُ سَبۡعَ سَمَٰوَٰتٍ طِبَاقًا ١٥Mbega nti mubona ingene Imana yaremye Amajuru uko ari indwi agerekeranye kuyandi وَجَعَلَ ٱلۡقَمَرَ فِيهِنَّ نُورًا وَجَعَلَ ٱلشَّمۡسَ سِرَاجًا ١٦N’ukugira Ukwezi muri kwo kube ari umuco, n’ukugira Izuba kuba ari itara وَٱللَّهُ أَنۢبَتَكُم مِّنَ ٱلۡأَرۡضِ نَبَاتًا ١٧N’Imana yaraba nagishije kw’isi ibiterwa ثُمَّ يُعِيدُكُمۡ فِيهَا وَيُخۡرِجُكُمۡ إِخۡرَاجًا ١٨Hanyuma izoba subiza muri yo kandi izo bakuramwo وَٱللَّهُ جَعَلَ لَكُمُ ٱلۡأَرۡضَ بِسَاطًا ١٩N’Imana yarabagiriye Isi kuba ikintu ciza mwasasiwe لِّتَسۡلُكُواْ مِنۡهَا سُبُلًا فِجَاجًا ٢٠Kugira ngo mugire kuriyo mu nzira z’agutse قَالَ نُوحٌ رَّبِّ إِنَّهُمۡ عَصَوۡنِي وَٱتَّبَعُواْ مَن لَّمۡ يَزِدۡهُ مَالُهُۥ وَوَلَدُهُۥٓ إِلَّا خَسَارًا ٢١Intumwa y’Imana Nuhu (iii) yavuze iti:- Muremyi wanje, mu vy’ukuri abo bantu banje biyonkoye kuri jewe, kandi bakurikiye abafise amatungo yabo n’ibibondo vyabo ata kindi babongereje atari uruhombo gusa وَمَكَرُواْ مَكۡرًا كُبَّارًا ٢٢Baca bagira ingeso niniya z’uguta idini وَقَالُواْ لَا تَذَرُنَّ ءَالِهَتَكُمۡ وَلَا تَذَرُنَّ وَدًّا وَلَا سُوَاعًا وَلَا يَغُوثَ وَيَعُوقَ وَنَسۡرًا ٢٣N’abababwiye aba bakurikiye bati:- ntimusige Imana zanyu canke ntimusige uwitwa Waddan hamwe na Suwa’a, na Yaghutha na Yauqa na Nas’raa وَقَدۡ أَضَلُّواْ كَثِيرًاۖ وَلَا تَزِدِ ٱلظَّٰلِمِينَ إِلَّا ضَلَٰلًا ٢٤Nabo bakaba baratakaje abantu benshi, rero ntubongereze aba hemukiye imitima y’abo atari ukuzimirira kure مِّمَّا خَطِيٓـَٰٔتِهِمۡ أُغۡرِقُواْ فَأُدۡخِلُواْ نَارًا فَلَمۡ يَجِدُواْ لَهُم مِّن دُونِ ٱللَّهِ أَنصَارًا ٢٥Rero kubera amakosa yabo baciye bibizwa mumazi n’ukwinjizwa mu muriro udahera, kandi ntiba ronse ababa tabara imbere y’Imana وَقَالَ نُوحٌ رَّبِّ لَا تَذَرۡ عَلَى ٱلۡأَرۡضِ مِنَ ٱلۡكَٰفِرِينَ دَيَّارًا ٢٦N’intumwa y’Imana Nuhu (iii) yagumye abandanya avuga ati:- Muremyi wanje, ntusige uwariwe wese kuri iy’Isi muri abo bantu bahakanye Imana yabo y’ukuri إِنَّكَ إِن تَذَرۡهُمۡ يُضِلُّواْ عِبَادَكَ وَلَا يَلِدُوٓاْ إِلَّا فَاجِرًا كَفَّارًا ٢٧Mu vy’ukuri niwaba siga abo bantu bahakanye Imana yabo y’ukuri bazo zimiza abantu bawe barongotse, kandi ntibazo kwibaruka atari ibibondo bibi cane vy’abahakanyi b’Imana y’ukuri nkuko kwabo رَّبِّ ٱغۡفِرۡ لِي وَلِوَٰلِدَيَّ وَلِمَن دَخَلَ بَيۡتِيَ مُؤۡمِنًا وَلِلۡمُؤۡمِنِينَ وَٱلۡمُؤۡمِنَٰتِۖ وَلَا تَزِدِ ٱلظَّٰلِمِينَ إِلَّا تَبَارَۢا ٢٨Muremyi wanje, jewe n’ungirire ikigongwe hamwe n’abavyeyi banje, hamwe n’uwinjiye munzu yanje nawe ari umu Isilamu, hamwe naba Isilamu b’abagabo hamwe naba Isilamu kazi, kandi ntu bongereze abahemukiye imitima yabo atari ukuba honya gusa