ملة الإسلام

السورة 96 · 19 آية · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

سورة العلق باللغة الكيروندية

السورة بالعربية مع التفسير استمع إلى سورة العلق (1,283 قارئاً)
مكيةسورة العلق١٩ آية

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

ٱقۡرَأۡ بِٱسۡمِ رَبِّكَ ٱلَّذِي خَلَقَ ١N’usome kw’izina ry’Umuremyi wawe yaremye خَلَقَ ٱلۡإِنسَٰنَ مِنۡ عَلَقٍ ٢Yaremye umuntu kukimanyu c’amaraso ٱقۡرَأۡ وَرَبُّكَ ٱلۡأَكۡرَمُ ٣N’usome, n’Umuremyi wawe n’umugira neza cane ٱلَّذِي عَلَّمَ بِٱلۡقَلَمِ ٤Niyo yigishije umuntu ikoresheje ikaramu عَلَّمَ ٱلۡإِنسَٰنَ مَا لَمۡ يَعۡلَمۡ ٥Yigishije umuntu ibintu atari abifitiye ubumenyi كـَلَّآ إِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ لَيَطۡغَىٰٓ ٦None s’ibi, mu vy’ukuri umuntu yama yishima أَن رَّءَاهُ ٱسۡتَغۡنَىٰٓ ٧Akishima yuko yaronse ubutunzi إِنَّ إِلَىٰ رَبِّكَ ٱلرُّجۡعَىٰٓ ٨Ntankeka ingaruka ya bose iri ku Muremyi wawe gusa أَرَءَيۡتَ ٱلَّذِي يَنۡهَىٰ ٩Mbega wabonye umwe amubuza عَبۡدًا إِذَا صَلَّىٰٓ ١٠Umuntu mweranda ariko arasenga أَرَءَيۡتَ إِن كَانَ عَلَى ٱلۡهُدَىٰٓ ١١Mbega wabonye yuko ari hejuru y’uburongozi أَوۡ أَمَرَ بِٱلتَّقۡوَىٰٓ ١٢Canke ategeka kugira ibikorwa vyiza أَرَءَيۡتَ إِن كَذَّبَ وَتَوَلَّىٰٓ ١٣Mbega ubona gute ko yoba ari umuhakanyi w’Imana y’ukuri nugusubira inyuma أَلَمۡ يَعۡلَم بِأَنَّ ٱللَّهَ يَرَىٰ ١٤Mbega ntabumenyi afise yuko Imana imubona كـَلَّا لَئِن لَّمۡ يَنتَهِ لَنَسۡفَعَۢا بِٱلنَّاصِيَةِ ١٥None s’ibi, nata reka kugira ivyo agira, twebwe tuzomukwega kumishatsi yiwe yo kuga hori hori k’umutwe wiwe نَاصِيَةٍ كَٰذِبَةٍ خَاطِئَةٍ ١٦Aga hori hori k’umubeshi gafise ibicumuro فَلۡيَدۡعُ نَادِيَهُۥ ١٧N’ahamagare basoma mbike biwe bamufashe سَنَدۡعُ ٱلزَّبَانِيَةَ ١٨Natwe tuzohamagara aba Marayika bo mu muriro udahera bamuhane كـَلَّا لَا تُطِعۡهُ وَٱسۡجُدۡۤ وَٱقۡتَرِب ۩ ١٩None s’ibi, ntumugamburukire, ahubwo n’upfukame ushire umutwe wawe hasi ube hafi cane y’Umuremyi wawe

الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.