السورة بالعربية مع التفسير
استمع إلى سورة التين (1,313 قارئاً)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
وَٱلتِّينِ وَٱلزَّيۡتُونِ ١Ndarahiye kuri iki camwa citiriweTtiyn na Zaytuni وَطُورِ سِينِينَ ٢No k’umusozi wa Sinayi وَهَٰذَا ٱلۡبَلَدِ ٱلۡأَمِينِ ٣No kuri iki gisagara c’amahoro c’IMakkat لَقَدۡ خَلَقۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ فِيٓ أَحۡسَنِ تَقۡوِيمٍ ٤Ntankeka twaremye umuntu mw’ishusho ryiza cane ثُمَّ رَدَدۡنَٰهُ أَسۡفَلَ سَٰفِلِينَ ٥Hanyuma tumugarura kuba hasi gusumba abari hasi cane إِلَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ فَلَهُمۡ أَجۡرٌ غَيۡرُ مَمۡنُونٍ ٦Dukuyemwo abemeye Imana yabo y’ukuri n’ukugira ibikorwa vyiza, abo nibo bazoronka impembo itazo hera فَمَا يُكَذِّبُكَ بَعۡدُ بِٱلدِّينِ ٧N’igiki kigushikira n’uguhakana impembo munyuma y’ukubona ivyo vyose أَلَيۡسَ ٱللَّهُ بِأَحۡكَمِ ٱلۡحَٰكِمِينَ ٨Ntabwo Allah arenganura abacamanza
الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.