بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
وَٱلسَّمَآءِ ذَاتِ ٱلۡبُرُوجِ ١Ndarahiye ku Majuru afise Inyenyeri وَٱلۡيَوۡمِ ٱلۡمَوۡعُودِ ٢No k’umusi w’isango bemerewe وَشَاهِدٍ وَمَشۡهُودٍ ٣N’uwuzoba icabona kuki boneshwa قُتِلَ أَصۡحَٰبُ ٱلۡأُخۡدُودِ ٤Barahonejwe abantu batoteje aba Isilamu bari kubirindiro vyabo vyo mubinogo ٱلنَّارِ ذَاتِ ٱلۡوَقُودِ ٥Bifise umuriro w’inkwi nyinshi cane إِذۡ هُمۡ عَلَيۡهَا قُعُودٌ ٦Mugihe bari bicaye ngaho وَهُمۡ عَلَىٰ مَا يَفۡعَلُونَ بِٱلۡمُؤۡمِنِينَ شُهُودٌ ٧Nabo bitegereza ivyo bagirirwa abo ba Isilamu وَمَا نَقَمُواْ مِنۡهُمۡ إِلَّآ أَن يُؤۡمِنُواْ بِٱللَّهِ ٱلۡعَزِيزِ ٱلۡحَمِيدِ ٨Nabo batara bona inabi iyariyo yose kuri bo, atari ukwemera Imana yabo ariyo nyene intsinzi n’uguhayagizwa bimwe bikwiye ٱلَّذِي لَهُۥ مُلۡكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِۚ وَٱللَّهُ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٍ شَهِيدٌ ٩Ikaba ariyo nyene ubwami bw’Amajuru n’Isi, n’Imana niyo ibona ibintu vyose إِنَّ ٱلَّذِينَ فَتَنُواْ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ وَٱلۡمُؤۡمِنَٰتِ ثُمَّ لَمۡ يَتُوبُواْ فَلَهُمۡ عَذَابُ جَهَنَّمَ وَلَهُمۡ عَذَابُ ٱلۡحَرِيقِ ١٠Mu vy’ukuri bamwe batoteza aba Isilamu b’abagabo hamwe naba Isilamu kazi, hanyuma ntibasabe imbabazi, abo bantu bazoronka ibihano vyo mu muriro udahera witiriwe Jahannamu, kandi bazoronka ibihano biba turira neza cane إِنَّ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ لَهُمۡ جَنَّٰتٌ تَجۡرِي مِن تَحۡتِهَا ٱلۡأَنۡهَٰرُۚ ذَٰلِكَ ٱلۡفَوۡزُ ٱلۡكَبِيرُ ١١Mu vy’ukuri bamwe bemera Imana yabo y’ukuri, nukugira ibikorwa vyiza ntankeka bazoronka imirima irimwo inzuzi zica imbere yabo, iyi niyo ntsinzi niniya إِنَّ بَطۡشَ رَبِّكَ لَشَدِيدٌ ١٢Mu vy’ukuri uguhana kw’Umuremyi wawe kurakaze cane إِنَّهُۥ هُوَ يُبۡدِئُ وَيُعِيدُ ١٣Niyo yatanguje kurema ibiremwa vyose naniyo izobagarura وَهُوَ ٱلۡغَفُورُ ٱلۡوَدُودُ ١٤Nayo niyo ifise ikigongwe cinshi, n’ugukunda ibiremwa vyayo vyose ذُو ٱلۡعَرۡشِ ٱلۡمَجِيدُ ١٥Nyene inyegamo y’iteka ntagatifu فَعَّالٌ لِّمَا يُرِيدُ ١٦Umugizi w’ukugira ico yishakiye cose هَلۡ أَتَىٰكَ حَدِيثُ ٱلۡجُنُودِ ١٧Mbega warashikiwe n’inkuru z’ingabo z’abatemera Imana yabo y’ukuri فِرۡعَوۡنَ وَثَمُودَ ١٨Ariwe Fir’auni hamwe na Thamudu بَلِ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ فِي تَكۡذِيبٍ ١٩Mugabo abahakanye Imana yabo y’ukuri bagumye badadaza gusa وَٱللَّهُ مِن وَرَآئِهِم مُّحِيطُۢ ٢٠N’Imana iraba kikuje kumpande zose بَلۡ هُوَ قُرۡءَانٌ مَّجِيدٌ ٢١Ahubwo iyi ni Qur’ani ntagatifu فِي لَوۡحٍ مَّحۡفُوظِۭ ٢٢Kuri urwo rubaho rushinguwe neza