ملة الإسلام

السورة 86 · 17 آية · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

سورة الطارق باللغة الكيروندية

السورة بالعربية مع التفسير استمع إلى سورة الطارق (1,326 قارئاً)
مكيةسورة الطارق١٧ آية

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

وَٱلسَّمَآءِ وَٱلطَّارِقِ ١Ndarahiye ku Majuru hamwe n’icoza mw’Ijoro وَمَآ أَدۡرَىٰكَ مَا ٱلطَّارِقُ ٢None n’igiki kizo kumenyesha ico kintu kizoza mw’Ijoro ٱلنَّجۡمُ ٱلثَّاقِبُ ٣N’Inyenyeri yaka cane إِن كُلُّ نَفۡسٍ لَّمَّا عَلَيۡهَا حَافِظٌ ٤Nta mutima w’Umuntu uwariwe wese atari uko ufise uwuwu cungereye hejuru yiwe فَلۡيَنظُرِ ٱلۡإِنسَٰنُ مِمَّ خُلِقَ ٥Ahubwo umuntu niyirabe neza, yaremwe mu kintu nyabaki خُلِقَ مِن مَّآءٍ دَافِقٍ ٦Yaremwe mumazi asunitswe يَخۡرُجُ مِنۢ بَيۡنِ ٱلصُّلۡبِ وَٱلتَّرَآئِبِ ٧Avuye hagati y’amagufa y’umugongo n’igikiriza إِنَّهُۥ عَلَىٰ رَجۡعِهِۦ لَقَادِرٌ ٨Mu vy’ukuri Imana irafise ubushobozi bw’ukumugarura يَوۡمَ تُبۡلَى ٱلسَّرَآئِرُ ٩Umusi hazoserurwa amabanga y’abantu bose فَمَا لَهُۥ مِن قُوَّةٍ وَلَا نَاصِرٍ ١٠Rero nta bushobozi azoba afise canke umufasha وَٱلسَّمَآءِ ذَاتِ ٱلرَّجۡعِ ١١Ndarahiye kubicu bizana imvura وَٱلۡأَرۡضِ ذَاتِ ٱلصَّدۡعِ ١٢No kw’Isi isaduka ikazana ibiterwa إِنَّهُۥ لَقَوۡلٌ فَصۡلٌ ١٣Yuko iyi Qur’ani ntagatifu, n’imvugo itandukanya ukuri kwama وَمَا هُوَ بِٱلۡهَزۡلِ ١٤Kandi si ibijajuro إِنَّهُمۡ يَكِيدُونَ كَيۡدًا ١٥Mu vy’ukuri n’abagira ingeso kuzindi وَأَكِيدُ كَيۡدًا ١٦Nanje izo ngeso zabo ndazitereye kure فَمَهِّلِ ٱلۡكَٰفِرِينَ أَمۡهِلۡهُمۡ رُوَيۡدَۢا ١٧Nubahe abo bahakanyi b’Imana y’ukuri, umwanya mutoyi gusa

الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.