السورة بالعربية مع التفسير
استمع إلى سورة الإخلاص (1,405 قارئاً)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
قُلۡ هُوَ ٱللَّهُ أَحَدٌ ١Vuga uti:- niyo Mana imwe rudende gusa ٱللَّهُ ٱلصَّمَدُ ٢Imana yonyene gusa niyo ikwiriwe kwizigirwa لَمۡ يَلِدۡ وَلَمۡ يُولَدۡ ٣Ntiyavyaye canke ntiyavutse وَلَمۡ يَكُن لَّهُۥ كُفُوًا أَحَدُۢ ٤Kandi ntifise uwo bisa nayo n’umwe
الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.