ملة الإسلام

السورة 111 · 5 آية · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

سورة المسد باللغة الكيروندية

السورة بالعربية مع التفسير استمع إلى سورة المسد (1,267 قارئاً)
مكيةسورة المسد٥ آية

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

تَبَّتۡ يَدَآ أَبِي لَهَبٍ وَتَبَّ ١Hari uguhona kw’amaboko abiri ya Abuu lahhabi, nawe akaba yarahonejwe مَآ أَغۡنَىٰ عَنۡهُ مَالُهُۥ وَمَا كَسَبَ ٢Amatungo yiwe ntaco azo mumarira, canke ivyo yaronkeye ngaha kw’Isi سَيَصۡلَىٰ نَارًا ذَاتَ لَهَبٍ ٣Azo kwinjira mu muriro udahera waka urubeya runiniya cane وَٱمۡرَأَتُهُۥ حَمَّالَةَ ٱلۡحَطَبِ ٤N’umukenyezi wiwe yatwara inkwi z’urwanko فِي جِيدِهَا حَبۡلٌ مِّن مَّسَدِۭ ٥Mw’izosi ry’iwe hariho umugozi uzinshwe

الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.