السورة بالعربية مع التفسير
استمع إلى سورة النصر (1,302 قارئاً)
بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ
إِذَا جَآءَ نَصۡرُ ٱللَّهِ وَٱلۡفَتۡحُ ١Nihashika intsinzi y’Imana n’ugutsinda وَرَأَيۡتَ ٱلنَّاسَ يَدۡخُلُونَ فِي دِينِ ٱللَّهِ أَفۡوَاجًا ٢Niwabona abantu binjira mw’idini ry’Imana imirwi n’iyindi فَسَبِّحۡ بِحَمۡدِ رَبِّكَ وَٱسۡتَغۡفِرۡهُۚ إِنَّهُۥ كَانَ تَوَّابَۢا ٣Aho rero nusukure n’Umuremyi wawe hamwe nukuyihayagiza, umusabe ikigongwe, mu vy’ukuri niyo yakira ikigongwe
الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.