ملة الإسلام

السورة 94 · 8 آية · Sheikh Amissi Radjabu Ntamba

سورة الشرح باللغة الكيروندية

السورة بالعربية مع التفسير استمع إلى سورة الشرح (1,296 قارئاً)
مكيةسورة الشرح٨ آية

بِسۡمِ ٱللَّهِ ٱلرَّحۡمَٰنِ ٱلرَّحِيمِ

أَلَمۡ نَشۡرَحۡ لَكَ صَدۡرَكَ ١Mbega ntitwakwaguriye igikiriza cawe وَوَضَعۡنَا عَنكَ وِزۡرَكَ ٢Nukugukurira uburemere bwawe wari ufise ٱلَّذِيٓ أَنقَضَ ظَهۡرَكَ ٣Bwavunye umugongo wawe وَرَفَعۡنَا لَكَ ذِكۡرَكَ ٤Nukuguhayagiza kukuvurwa kwawe فَإِنَّ مَعَ ٱلۡعُسۡرِ يُسۡرًا ٥Rero mu vy’ukuri hamwe n’ingorane, haraboneka agahengwe إِنَّ مَعَ ٱلۡعُسۡرِ يُسۡرًا ٦Mu vy’ukuri hamwe n’ingorane, haraboneka agahengwe فَإِذَا فَرَغۡتَ فَٱنصَبۡ ٧Niwaheza gushikiriza ubutumwa bwawe, n’ubandaye n’amasengesho yawe وَإِلَىٰ رَبِّكَ فَٱرۡغَب ٨Kandi wiyegereze cane ku Muremyi wawe

الترجمة: Sheikh Amissi Radjabu Ntamba.